×
Islam ni dini ryaranzwe n,intumwa zose kuva kuri adamu gushika kw’Intumwa yacu muhamadi.no mumyemerere ya kiislam ni kwemera intumwa zose Tutavanguye ni’imwe zose ko bari aba islamu no kwemera ibitabo ba tuzaniye.  tugaca tumenya ko amategeko ngendengwako kurubu  Ari ayari mugitabo ca  nyuma ca Quran tukayumvira no kuyagenderako. Ni umwemere wa kiislamu dutegerezwa kuugendera nkuko Uri ata guhakana.